Latest News

Fabilove na Emery sun Baririmvye indirimbo yo gukurugutura Sat B n’umukenyezi wiwe yumvirize hano

Umuririmvyi Fabilove asanzwe azwi mu mudiho wa HIP HOP arikumwe na Emery Sun azwi cane muri  R&B bagiye hamwe baririmva indirimbo yo gukurugutura amatwi Sat B hamwe n’umukenyezi wiwe. Iyi ndirimbo aba basore basize hanze iri mumudiho udasanzwe w’ikirundi ,ndetse benshi bakaba basanga aba basore bifashishije umudiho wamayaya kugira bakore iyi ndirimbo. Uru ruririmbo rwa Fabilove na Emerysun rwasohotse kw’izina rya […]

Nigeria,évêque Dr sam zuga yakoze ibitangaza ahindura amazi akanye ayagira…

Umukozi w’Imana wo mugihugu ca Nigeria yakoze ibitangaza akoresheje amasengesho afata amazi akanye ayahindura amazi ashushe akoresheje amasengesho. Ibi bitangaza évêque Dr sam zuga yabikoreye  mugice c’uburaruko bw’igihugu ahasanzwe hazwi nka Ebonyi ,kimwe mubisagara bisanzwe birangwamwo abakirisu benshi cane murico gihugu. Evêque Dr sam zuga akimara guhindura ayo mazi yahamagaye abasanzwe bari […]

Umugabo yagize ubugeni na Cobra y’imetero 3 mu kwizera kw’iyo nzoka ari umugore wiwe yapfuye akagaruka arinzoka.

Umugabo yagize ubugeni na   Cobra y’imetero 3  mu kwizera kw’iyo nzoka ari umukunzi wiwe yapfuye  akagaruka arinzoka. Mu gihugu ca Thailand kibarizwa mu gice ca Asia ,umugabo w’imyaka 33 yamavuko yamenyekanye nka Warranan Sarasalin ava mu gice ca  Kanchanaburi yiyemereye ko asigaye yibanira n’inzoka ya Cobra ipima imetero z’itatu […]

Sindi isugi ntanagato….. ariko kandi sindi ni ndaya👌 amajambo ya Ashley Diva

Ashley Diva  umuririmvyikazi w’umurundi amenyerewe cane mu kw’ifotoza amafoto adasanzwe akayashira kurukuta rwiwe rwa Facebook yongeye gushira ifoto kurukuta rwiwe rwa Facebook iherekejwe n’amajambo yavugishije abamukurikira batari bake mugihe  abandi bayashimye kuko bemeje ko  ivyo yavuze ari  ukuri kwigendera Amajambo yasize kurukuta rwiwe rwa Facebook , Ashley Diva yagize ati:Ain’t […]

Amerika ibintu vyahinduye isura,abadashaka ko Trump aba President bacucagiweko amasasu mugihe bariko baramwiyamiriza

Inyuma y’umusi umwe gusa ,Donald Trump atowe kuba umukuru w’igihugu agira 45 wa Reta zunze ubumwe za Amerika ,abanwanyi b’umugabwe waba Democrate bari basanzwe bashigikiye Hillary Clinton bihaye amabaraba y’iNewyork bafise ivyapa vyanditseko amajambo agwanya Trump ndetse banaririmba ko Trump atari umukuru w’igihugu cabo. Aba biyamamaza bari batumbereye cane inyubakwa yuyu mugabo izwi […]

Ivyo T.B. Joshua yeretswe mumatora yo muri Amerika ,vyatumye benshi batangura kwemeza kwari umuteka mutwe yinyegeje mw’ijambo ry’Imana

T.B. Joshua, izina rizwi cane muri Africa kubera ubutumwa bw’Imana ,T.B. Joshua, n’umuvuga butumwa akomoka mu gihugu ca Nigeria ,akaba ari nawe yashinze akongera akarongora ishengero rizwi nka  la synagogue Eglise kw’isi yose . Iri shengero rya T.B. Joshua riri mumashengero afise abayoboke benshi kw’isi ndetse risanzwe ryifitiye n’imbonesha kure yaryo […]

Ikareso y’uwahoze ari umugore wa Adolphe Hitler yasizwe kwisoko igurishwa amafaranga angana n’imiriyoni 10 zamarundi

Bimwe mubisigarira vyibikoresho vyuwahoze ari umugore wa Hitler Adolphe yatwaye igihugu c’Ubudage kuva mu mwaka wa 1933 gushika muri 1945 ,akaza no kumenyekana nk’umwe mubagabo bakunda intambara cane hamwe no kuba arumwe mubashaka kwifatira isi akoresheje inguvu za Gisirikare,vyatanguwe kugurishwa uhereye ku mpuzu y’imbere yambara(ikareso). Iyi Kareso ya Eva Braun yahoze ari umugore […]

Akon vyamunaniye kwihangana abonye ifoto yumwigeme biriko biravugwa kwariwe afise igisusu kinini muri Africa .

Eudoxie umukobwa ava mugihugu ca Cote d’ivoire abandanya atangaza abatari bake kubera ukuntu asanzwe aremwe na cane cane bivanye n’ingene igisusu ciwe kingana ningene aremwe. Eudoxie yaheruka kwandikwa mubimenyesha makuru vyo mu bwongereza aho bariko baramugereranya numu nya mideli yemerwa kw’isi hose azwi nka Kim Kardashian akongera akaba n’umugore wa Kanye […]